Browsing: nouvelle_kirundi

Inama y’umutekano yabereye mu Ntara ya Bujumbura

Kuruno wa mbere igenekerezo rya 19/08/2019, Nyakubahwa Buramatari w’Intara ya Bujumbura ya koresheje inama y’umutekano arikumwe n’indongozi ziserukira abandi mu bisata bitandukanye vy’intara hamwe no mu gipolisi n’igisirikare. Muriyo nama havuzwemwo ikijanye n’umutekano muri rusangi, havugwa n’ikibazo c’amatongo muri Commune Mutimbuzi aho Nyakubahwa Buramatari yamenyesheje abajejwe intwaro ko atazokwihanganira abagurisha amatongo ya Reta, yasozeye asaba…

Urugendo rw’ubumwe buturuka ku Mukama rwa gizwe n’abaririmvyi bo muri chorale saint Paul

Kur’uyu w’Imana ienekerezo rya 11/08/2019, Abaririmvyi bo muri chorale saint Paul, Paroisse Rushubi, Baherekejwe na Padiri umukuru wa Paroisse Rushubi,umukuru w’inama ya paroisse,umukenguzamateka ,musitanteri wa Isare n’abandi, bagendeye bagenzi babo bo muri Paroisse Munanira, Komine Rutegama mu Ntara ya Muramvya. Urwo rugendo rwari ruhimbaye cane na canecane agafuni kabagara ubumwe n’akarenge.

Uruhara rw’urwaruka rwa Commune Isare mu gutubarana

Kur’uno wagatandatu igenekerezo rya 10/08/2019 uwurongoye Inama nkuru y’urwaruka muri Komine ya Isare arikumwe nuwurongoye inama nkuru y’urwaruka ku mutumba « Nyakibande ». Yifadikanije n’urwaruka rwa nyakibande mu bikorwa vyo kwubaka inzu igira kabiri mur’iyo komine aho iyambere yubatswe muri zone Nyambuye umutumba nyakibande yubakirwa ntahonikora w’umufakazi ubu naho iyakabiri ikaba igiye kwubakwa muri zone Benga ku…

1 2 3