Daily Archives: 19 août 2019

Inama y’umutekano yabereye mu Ntara ya Bujumbura

Kuruno wa mbere igenekerezo rya 19/08/2019, Nyakubahwa Buramatari w’Intara ya Bujumbura ya koresheje inama y’umutekano arikumwe n’indongozi ziserukira abandi mu bisata bitandukanye vy’intara hamwe no mu gipolisi n’igisirikare. Muriyo nama havuzwemwo ikijanye n’umutekano muri rusangi, havugwa n’ikibazo c’amatongo muri Commune Mutimbuzi aho Nyakubahwa Buramatari yamenyesheje abajejwe intwaro ko atazokwihanganira abagurisha amatongo ya Reta, yasozeye asaba…