Igikorwa co gusigurira abenegihugu bo muri Komine ya Isare ibijanye n’impinyanyuro ziri mw’itegeko rigenga amatora y’2020

Share

Kuri uyu kane igenekerezo rya 08/08/ 2019, muri Commune ya Isare, nyakubahwa Buramatari w’lntara ya Bujumbura yaramutse akomeza igikorwa co  gusigurira abenegihugu impinyanyuro ziri mw’itegeko rigenga amatora y’2020. Ivyo bikorwa vyari vyatumiwemwo Musitanteri, abarongoye ubuzi butandukanye mw’ikomine, Abarongoye Igisirikare n’Igipolisi, abarongoye Imigambwe yemewe n’amategeko, amashirahamwe yigenga , abahanuzi ba Musitanteri  mu vy’ubuhinga n’indero n’abandi.

 

Leave A Reply