Urwaruka rwo muri Komine Isare rurabicabigacika mw’iterambere

Share

Kur’uno wagatatu igenekerezo rya 7/08/2019 naho uwurongoye inama nkuru y’urwaruka muri Commune Isare yabandanije ihangiro yihaye aho yarikumwe nimvukira z’umutumba Nyakibande be nuwurongoye izo mvukira, umukuru w’umutumba Nyakibande, Aba Directeurs bamashure ari kuruwo mutumba, abarongoye inama nkuru y’urwaruka kumitumba:Nyakibande, Nyambuye, Gishingano, kwigere bakaba bifadikanije n’urwaruka rwiga ku mashure ari kuruwo mutumba mu bikorwa vyo kwimba ibarabara riva kukiraro cantahangwa rigashika mu gahabwa kw’i soko. Ibikorwa biheze uwurongoye inama nkuru y’urwaruka muri Komine ISARE yaciye akoresha inama urwo rwaruka aho yaruhanuye gukunda ishure, kwima amatwi basesa nkuyoze, kwirinda ingeso mbi z’ubuhumbu zituma bacira amashure hagati. Yatekereye kandi urwo rwaruka zibereye mu buruhuko.

Leave A Reply