Daily Archives: 7 août 2019

Urwaruka rwo muri Komine Isare rurabicabigacika mw’iterambere

Kur’uno wagatatu igenekerezo rya 7/08/2019 naho uwurongoye inama nkuru y’urwaruka muri Commune Isare yabandanije ihangiro yihaye aho yarikumwe nimvukira z’umutumba Nyakibande be nuwurongoye izo mvukira, umukuru w’umutumba Nyakibande, Aba Directeurs bamashure ari kuruwo mutumba, abarongoye inama nkuru y’urwaruka kumitumba:Nyakibande, Nyambuye, Gishingano, kwigere bakaba bifadikanije n’urwaruka rwiga ku mashure ari kuruwo mutumba mu bikorwa vyo kwimba…