Umusi Mukuru wahariwe amakomine

Share

Kur’uyu wa gatandatu kw’igenekerezo rya 3/8/2019 ni ho hahimbazwa umusi mukuru wahariwe amakomine mu gihugu cose c’uburundi mu ntara ya Bujumbura uwo musi mukuru warahimajwe mu makomine yose. Uyo musi ukaba witabwe n’imvukira zakomine bakorera mu bisata bitandukanye. Muri Komine Kanyosha ivyo birori vyari vyatewe iteka na Burumatara GACUTI Nadine akaba asanzwe ari imvukira ya Kanyosha. Ibirori vy’uwo musi bikaba vyaranzwe n’umunezero n’ugusangira n’ukuganira kwabavuka komine.

 

Un commentaire

  1. Hakizimana Claude on

    Ndashimiye cane abaturongoye kuri ico gikorwa gihesha iteka Uburundi co kwegera umwene gihugu wo hasi!
    Ivyo bituma tubona ko twese igihugu tugisangiye!
    Ikindi nshimye ni uwu mugambi wa OAP wo kwigish imyuga ababikeneye!!
    Narirya abanyabujumbura bakunda imyuga sivyimbeshere uje hageze!!!
    Muri rusangi ivyo vyose ndabishimye!!! Nihahangame intara yacu!
    Nihahangame indongozi zacu!
    Nihahangame Abanyabujumbura

Leave A Reply