Igikorwa co kwigisha umwuga wo gusudira gifashwe mu mugongo na  OAP

Share

Mu bikorwa vyo guteza imbere igihugu, igikorwa co kwigisha umwuga wo gusudira gifashwe mu mugongo na  OAP  kiramaze gutera intabwe ishimishije  mu ma Komine atandukanye y’Intara ya Bujumbura. Komine Nyabiraba na Matara ni zo zimaze kuba akarorero. Naho bimeze gurtyo OAP iramenyesha ko ihura nintambamyi z’umuyagankuba mu kwigisha narirya uwo mwunga ubuze umuyagankuba atagishoboka. Ibura ry’umuyangankuba mu Nyabiraba muri kino gihe vyatumye bunguruza bagenda gukorera i Matara. AOP irasaba ababishoboye kubibafashamwo.

Kubera ko abaronkejwe ubumenye bageze kuntabwe ihanitse n’ubuhinga buhanitse, OAP irahamagarira abantu bose na canecane imvukira za Bujumbura, gufata mu mugongo abo banyeshure mu kubashorera no kubarangira abo bashorera gurtyo bikazofasha  kubandanya bagura ivya nkenerwa vyobafasha kubandanya bakora neza uwo mwuga banezererewe cane.

Leave A Reply