Igikorwa co kwigisha umwuga wo gusudira gifashwe mu mugongo na OAP
Mu bikorwa vyo guteza imbere igihugu, igikorwa co kwigisha umwuga wo gusudira gifashwe mu mugongo na OAP kiramaze gutera intabwe ishimishije mu ma Komine atandukanye y’Intara ya Bujumbura. Komine Nyabiraba na Matara ni zo zimaze kuba akarorero. Naho bimeze gurtyo OAP iramenyesha ko ihura nintambamyi z’umuyagankuba mu kwigisha narirya uwo mwunga ubuze umuyagankuba atagishoboka. Ibura…